Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Arik’ umuherezi ni yasuzuma iyo ndwara y’igiturika, agasanga isa n’ah’ itinjiye imbere mu rukoba, kandi hatar’ umushatsi wirabura, uwo muherezi yugarane uwafashwe n’ iyo ndwara y’igiturika kumara imisi ndwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:31
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

umuherezi az’ asuzume iyo ndwara; ni yabona isa n’iyinjiye musi y’ urukoba, umushatsi waho ugacēkūka, ukaba intaragande; avuge kw ahumanye: kizoba ar’ igiturika c’imibembe ifatiye mu mutwe canke mu bganwa.


Ku musi ugira indwi umuherezi az’ asuzume iyo ndwara; maze ni yasanga ico giturika kitunguruje, hatar’ umushatsi ucēkūtse, kandi kidasa n’aho cinjiye imbere mu rukoba,


Na ho ni yasanga ico kibibi co ku mubiri wiwe cera, kandi kidasa n’aho cinjiye imbere mu rukoba, n’ ubgoya bgaho butāhindutse ngo bgere, nuk’ uwo muherezi yugarane uwo murwayi kumara imisi ndwi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ