Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 umuherezi az’ ahasuzume; ni yasanga ubgoya bgo mur’ ico kibibi buhindutse, bukēra, kigasa n’icinjiye imbere mu rukoba, izoba ar’ imibembe yaziye muri bga bushe: nuk’ uwo muherezi avuge kw ahumanye; izoba ar’ indwara y’imibembe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:25
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rer’ imibembe ya Namani izokwōmako no ku ruvyaro rwawe kugeza ibihe vyose. Maze Gehazi ava imbere yiwe ajejeta imibembe, yera nka shelegi.


Uhoraho atakw aramubarira, ati Shira igikonjo cawe mu gikiriza. Agishira mu gikiriza; agisokoroye, asanga kijējēta imibembe, cera nka shelegi.


Cank’ umuntu ni yagira ubushe ku mubiri wiwe, inyuma ku rukoba, inkovu yabgo igahinduka ikibibi, hagatukura canke hakabenjuka;


Arik’ umuherezi ni yahasuzuma, agasanga ubgoya bgo mur’ ico kibibi butera, kandi kitinjiye imbere mu rukoba, ariko kiriko kirazimangana, uwo muherezi amwugarane kumara imisi ndwi.


Na ho ni yasanga ico kibibi co ku mubiri wiwe cera, kandi kidasa n’aho cinjiye imbere mu rukoba, n’ ubgoya bgaho butāhindutse ngo bgere, nuk’ uwo muherezi yugarane uwo murwayi kumara imisi ndwi.


Ca gicu kiva hejuru y’ihema, kiragenda; Miriyamu aca asēsakw imibembe, yera nka shelegi; Aroni amukubisekw amaso, asanga yashēshekw imibembe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ