Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 maze muri nya nkovu hagashundaha hakabenjuka, canke hakaza ikibibi, hagatukura; haze herekwe umuherezi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:19
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu ni yagira inkovu y’ahahora igihute inyuma ku rukoba,


na we ahasuzume, maze ni yasanga ico kintu gisa n’icinjiye imbere mu rukoba, ubgoya bgaho bgahindutse, bukēra, uwo muherezi az’ avuge kw ahumanye: izoba ar’ indwara y’imibembe, yaziye mu nkovu y’igihute.


Cank’ umuntu ni yagira ubushe ku mubiri wiwe, inyuma ku rukoba, inkovu yabgo igahinduka ikibibi, hagatukura canke hakabenjuka;


Ariko ni haturika ibintu vy’indwara bitukura mu buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro; izoba ar’ imibembe yaje mur’ ubgo buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro.


Nuk’ umuherezi az’ amusuzume: maze ni yasanga ico gishundu arwaye gitukura aho nyene mu buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro, igasa n’imibembe ir’ inyuma ku rukoba;


nukw asuzume iyo ndwara: maze ni yabona iyo ndwara yateye amarabaga ku bisika agomba gusa n’akatsi gatoto canke n’agahama, ikaboneka nk’ah’ umengo yinjiye imbere mu gisika;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ