Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Umuntu ni yagira inkovu y’ahahora igihute inyuma ku rukoba,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:18
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yesaya aravuga, ati Muzane intore ibumbabumbge mu nsukoni. Bayizanye bayomeka ku kivyimba, arakira.


Nuko Satani aca arasohoka, ava imbere y’Uhoraho, atēza Yobu ibihute bikomeye uhēreye mu bgōro bg’ikirenge ugashitsa mu gitwariro.


Arababarira, ati Ni mwagira umwete wo kwumvira Uhoraho Imana yanyu, mugakora ibitunganye mu nyonga ziwe mukumvira ivyagezwe vyiwe, mukitondera ivyo yihanikirije vyose, ngo Nta ndwara azobateza nk’ izo yateje Abanyegiputa; ngo Kukw ari we Uhoraho, abakiza indwara.


Urahinduka umukungugu wārāre ku gihugu cose ca Egiputa, uhinduke ibihute bivamw’ ibimungu, bifate abantu n’ibitungano mu gihugu cose ca Egiputa.


Kandi Yesaya yari yaravuze, ati Ni bābīre intore ibumbabumbge mu nsukoni, bayomeke ku kivyimba, kand’ azokira.


na we amusuzume; maze ni yasanga aho hārwaye hahindutse, hakēra, uwo muherezi avuge ko yahumanutse: azoba atagihumanye.


maze muri nya nkovu hagashundaha hakabenjuka, canke hakaza ikibibi, hagatukura; haze herekwe umuherezi,


umuherezi az’ ahasuzume; ni yasanga ubgoya bgo mur’ ico kibibi buhindutse, bukēra, kigasa n’icinjiye imbere mu rukoba, izoba ar’ imibembe yaziye muri bga bushe: nuk’ uwo muherezi avuge kw ahumanye; izoba ar’ indwara y’imibembe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ