Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Ariko ni yaramuka agize ahamyotse, hakaba inyama zijega, azoba ahumanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:14
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

uwo muherezi amusuzume; maze ni haboneka ahashundashe, inyuma ku rukoba, hagatako hakēra, bigatuma ubgoya bgaho bgera, inyama zaho zikajējēta;


uwo muherezi amusuzume: maze ni yabona iyo mibembe imukwiye umubiri wose, az’ avuge yuk’ uyo yafashwe n’iyo ndwara adahumanye: umubiri wiwe ko wahindutse ukēra hose, ntahumanye.


Umuherezi az’ ahasuzume, avuge kw ahumanye: izo nyama zijega n’uguhumana: n’imibembe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ