Abalewi 12:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Nyina az’ amare imisi mirongwitatu n’itatu abone guhumanurwa, avuye mu maraso yiwe; ntaz’ akore ku kintu cera na kimwe, canke ngw ashike ahantu hēra, gushitsa ah’ imisi y’uguhumanurwa kwiwe izoshirira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |