6 N’urukwavu, kuko naho rwūza ariko ntirugira inzāra ziri n’umwanya hagati, na rwo n’igihumanya kuri mwebge.
igifise inzāra cose ziri n’umwanya hagati, kikagira inzāra kubiri, kigatako kikūza, ico ni co mwemererwa kurya mu bigenda.
N’ inkezi, kuko naho yūza ariko ntigira inzāra ziri n’umwanya hagati, na yo n’igihumanya kuri mwebge.
N’ ingurube, kuko nah’ ifise inzāra ziri n’umwanya hagati, ikagira inzāra kubiri, ariko ntiyūza, na yo n’igihumanya kuri mwebge.
Ariko mu vyūza no mu bifise inzāra ziri n’umwanya hagati, ivyo mutemerewe kurya n’ibi: ingamiya n’urukwavu n’inkezi; ivyo n’ibihumanya kuri mwebge, kuko naho vyūza ariko ntibigira inzāra ziri n’umwanya hagati.