5 N’ inkezi, kuko naho yūza ariko ntigira inzāra ziri n’umwanya hagati, na yo n’igihumanya kuri mwebge.
Bapfa bakenyutse, Kand’ ubugingo bgabo bugeserana n’abanduye.
Imisozi miremire n’iy’ impene z’inyeshamba, Ibitandara n’ubuhungiro bg’ inkezi.
Inkezi n’ubgoko bg’ubunyantege nke, Yamara zīronderera inzu zazo mu bitandara;
igifise inzāra cose ziri n’umwanya hagati, kikagira inzāra kubiri, kigatako kikūza, ico ni co mwemererwa kurya mu bigenda.
Ariko mu vyūza no mu bifise inzāra ziri n’umwanya hagati, ivyo mutemerewe kurya n’ibi: ingamiya, kuko naho yūza ariko ntigira inzāra ziri n’umwanya hagati, iyo n’ igihumanya kuri mwebge.
N’urukwavu, kuko naho rwūza ariko ntirugira inzāra ziri n’umwanya hagati, na rwo n’igihumanya kuri mwebge.
Arik’ uwumva ayo majambo yanje wese, ntayakore, asa n’umuntu w’imburabgenge, yubatse inzu yiwe ku musenyi.
Ariko mu vyūza no mu bifise inzāra ziri n’umwanya hagati, ivyo mutemerewe kurya n’ibi: ingamiya n’urukwavu n’inkezi; ivyo n’ibihumanya kuri mwebge, kuko naho vyūza ariko ntibigira inzāra ziri n’umwanya hagati.
bafise ishusho yo kwubaha Imana, ariko bahakana ubushobozi bgakwo: abameze bartyo wame ubatera ibitugu.
Bavuga yuko bazi Imana, ariko bayihakanisha ivyo bakora; n’abo kwankwa urunuka, n’abatumvira Imana, no mu bikorwa vyiza vyose nta co bamaze.