Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 11:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Ntimuze mwiyandurishe ak’ ari ko kose ko mu tunyonyera, ntimuze muvyihumanishe ngo bibanduze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 11:43
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana iravuga, iti Mu mazi ni hasegenyuke isegenya ry’ibifise ubugingo, kand’ ibiguruka ni biguruke hejuru y’isi mu kirere c’ijuru.


Ibifise umubiri vyose bigenda kw isi birapfa, uhereye ku biguruka no ku bitungano no ku bikōko no ku vyikwega hasi vyose, no ku bantu bose.


Ni co gituma mukwiye gutandukanya ibihumanya n’ibidahumanya mu bitungano no mu bikōko, n’ibihumanya n’ibidahumanya mu bisīga no mu nyoni: ntimuze mwiyandurishe igitungano cank’ igikōko, cank’ igisīga cank’ inyoni, cank’ icikwega hasi ic’ ari co cose, ari vyo nasobanuye mu bindi ngo mumenye ko bihumanya.


cank’ ūzokora ku kanyonyera ak’ ari ko kose, ar’ akomuhumanya, canke ku muntu, ar’ uwomuhumanisha ubuhumane ubg’ ari bgo bgose;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ