Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 11:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Kand’ ikinyonyera cose kinyonyera hasi n’ikizira: ntikize cigere kiribga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 11:41
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana iravuga, iti Mu mazi ni hasegenyuke isegenya ry’ibifise ubugingo, kand’ ibiguruka ni biguruke hejuru y’isi mu kirere c’ijuru.


Ibifise umubiri vyose bigenda kw isi birapfa, uhereye ku biguruka no ku bitungano no ku bikōko no ku vyikwega hasi vyose, no ku bantu bose.


Udukōko twose tw’amababa tunyonyera, tugendesha amaguru ane, n’umuziro kuri mwebge.


Arik’ utundi twose tw’amababa tunyonyera, tugendesha amaguru ane, n’umuziro kuri mwebge.


Ibi ni vyo bihumanya kuri mwebge mu binyonyera bigenda hasi: igikara, n’imbeba, bo n’imburu nk’ukw amoko yazo ari;


Igikwega inda hasi cose, n’akagendesha amaguru ane kose, n’akagendesha ubuguru bginshi, mber’ utunyonyera twose tunyonyera hasi, ntimuze mwigere muturya, kukw ar’ ibizira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ