Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 11:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Ikigenda gifise inzāra ziri n’imyanya hagati cose, arikw inzāra zitari kubiri rwose, kigatako nticūze, n’igihumanya kuri mwebge; uwogikorako wese yoba ahumanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 11:26
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni mugende, ni mugende, muveyo; ntimugakore ku kintu gihumanya na kimwe; muve hagati yaho; mwitunganye, yemwe abashorezi b’imbombovu z’Uhoraho.


kandi n’uwogira ico aterura co ku muvyimba wavyo, az’ amesure impuzu ziwe, akomeze kuba ūhumanye gushitsa ku mugoroba.


Ikigendesha amajanja cose co mu bigenza amaguru ane vyose, n’igihumanya kuri mwebge; uwokora ku muvyimba wavyo yoba ahumanye gushitsa ku mugoroba.


igifise inzāra cose ziri n’umwanya hagati, kikagira inzāra kubiri, kigatako kikūza, ico ni co mwemererwa kurya mu bigenda.


N’ingurube, kuko nah’ ifise inzāra ziri n’umwanya hagati, ariko ntiyūza: na yo n’igihumanya kuri mwebge. Inyama zavyo ntimuze muzirye, n’imivyimba yavyo ntimuze muyikoreko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ