Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 11:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Udukōko twose tw’amababa tunyonyera, tugendesha amaguru ane, n’umuziro kuri mwebge.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 11:20
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho, uwukize abantu, uwukirishije ukuboko kwawe; Ni bo bantu b’isi, umugabane wabo uri mur’ ubu bugingo. Inda zabo ziragahāga ivyo wababīkiye, Abana babo barakabihāga, Barakabisigariza n’ibibondo vyabo!


na sarumfune, n’agasōza, ukw amoko yavyo ari, na samunsure, n’ agahungarema.


Arikw ivyo mwemererwa kurya muri two n’ibi: udufise amaguru maremare akonye ahahera hejuru y’ibirenge, yo kugenda dutarukisha hasi.


Arik’ utundi twose tw’amababa tunyonyera, tugendesha amaguru ane, n’umuziro kuri mwebge.


Ikigendesha amajanja cose co mu bigenza amaguru ane vyose, n’igihumanya kuri mwebge; uwokora ku muvyimba wavyo yoba ahumanye gushitsa ku mugoroba.


Nta wusaba abami babiri: kuko yokwanka umwe, agakunda uwundi, canke yoguma kur’ umwe, akagaya wa wundi. Ntimushobora gusaba Imana n’Itunga.


Petero at’ Oyaye, Mwami, kuko ntigeze ndya ikizira cank’ igihumanya.


Kand’ udukōko twose tw’amababa tunyonyera, na two n’umuziro kuri mwebge: ntimuze muturye.


Dema yarantaye, kukw akunze iyi si ya none, yīgīra i Tesalonike: Keresikenti yagiye i Galatiya: Tito yagiye i Dalumatiya.


Arikw abo bantu batuka ivyo batazi: kandi n’ivyo bamenyeshwa n’akameremere kabo, nk’ukw ibikōko bimeze bitagira ubgenge, na vyo nyene baravyiyonōnesha.


Abo ni bo bazana kwirema ibice; n’abantu gusa, ntibafise Mpwemu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ