19 na sarumfune, n’agasōza, ukw amoko yavyo ari, na samunsure, n’ agahungarema.
Igisīga citwa imbuni gikungutana amababa yaco kwiteragura; Ariko mbeg’ amababa yaco n’ amoya yaco bigira neza?
Ivyo inyoni n’ibisīga vyārikakw ivyāri: Agasoza gafise inzu yako ku biti vy’akajwari.
Kur’ uwo musi umuntu azoshibura ibigirwamana vyiwe vy’ifeza, n’ibigirwamana vyiwe vy’izahabu, ivyo bamucuriye ngw abisenge, abishiburire amafuku n’ubuhungarema;
na tinishemeti, n’ inkongori, n’ikinyakabaka;
Udukōko twose tw’amababa tunyonyera, tugendesha amaguru ane, n’umuziro kuri mwebge.
Maze nunamuye amaso, mbona abagore babiri baje, bakubebga n’umuyaga mu mababa yabo; kandi bāri bafise amababa nk’ay’ agasōza; baterura iyo efa, bayicana mu kirēre hagati y’isi n’ijuru.
na sarumfune n’agasōza, ukw amoko yavyo ari, na samunsure n’agahungarema.