18 na tinishemeti, n’ inkongori, n’ikinyakabaka;
Ibi az’ abe ari vyo mugira umuziro mu bisīga; ntibize vyigere biribga, n’ibizira: inkukuma, n’itarangabo, na oziniya;
n’igihuna, na shalaki, n’inyanana;
na sarumfune, n’agasōza, ukw amoko yavyo ari, na samunsure, n’ agahungarema.
n’inkongori n’ikinyakabaka na shalaki;