16 n’imbuni, na tamasi, na shakafu, n’agaca, ukw amoko yavyo ari;
Mmeze nk’inyanana yo mu bugaragwa, Mpindutse nk’igihuna co mu misaka.
n’icitwa igikōna cose, ukw amoko yavyo ari;
n’igihuna, na shalaki, n’inyanana;
Asemerera n’ijwi rirenga, ati Kirakomvomvotse, kirakomvomvotse, Babuloni ca gisagara gihambaye, gicitse ikibanza c’abadayimoni, aharindirwa impwemu zihumanya zose, aharindirwa ibisīga bihumanya vyankwa vyose.