Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 10:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 ati Mwabujijwe n’iki kurya ca kimazi catangiwe ivyaha, ngo muteko mukirīre ahantu hēra, kand’ ar’ icera cane, ar’ ico Uhoraho yabahaye ngo gitume mwishirakw ibigabitanyo vy’ikoraniro, ngo murihongerere imbere yiwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 10:17
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kaze kabe mu ruhanga rwa Aroni, kandi Aroni az’ abe ari we arābgakw ibigabitanijwe mu vyera, ivyo Abisirayeli bazogenda batirimuka mu mashikanwa yabo yera bazotanga yose; kaze kame kaba mu ruhanga rwiwe na ntaryo, kugira ngo jewe Uhoraho mbone kwākīra amashikanwa yabo.


yambare Aroni n’ abana biwe, uko bagiye kwinjira mw ihema ry’ibonaniro, cank’ uko bagiye kwegera igicaniro ngo bakorere Ahēra; kugira ngo ntibagībgeko n’ibigabitanyo, bagapfa: ico kize kimubere icagezwe c’intahava, bo n’uruvyaro rwiwe uko ruzogenda rukurikirana.


Iyo mpene igende yikoreye ibigabitanyo vyabo vyose, ibijane ahataba abantu; uwo muntu ayishiburire mu bugaragwa.


Ashobora kurya ku mfungurwa zanje, Imana yiwe, ari ku zera cane, canke ku zera zindi.


bigatuma babacumuza, bikabazanira gutsindwa, iyo hagize abarya ku vyejejwe vyabo: kukw ari jewe Uhoraho ndabeza.


Uhoraho abarira Aroni, ati Mwe n’abana bawe, bo n’inzu ya ba sogokuruza, ni mwebge muzobazwa ibigabitanijwe mu vy’Ahēra; mwe n’abana bawe muzobazwa n’ibigabitanijwe mu vy’ubuherezi bganyu.


Bukeye bg’aho abona Yesu aza kuri we, aravuga, ati Nguyu Umwagazi w’intama w’Imana ukūrah’ icaha c’abari mw isi.


Umwe atigeze kumenya icaha, Imana yamuhinduye icaha kubgacu, kugira ngo muri we duhinduke ukugororoka kw’Imana.


na Kristo n’uko, yamaze gutangwa rimwe ngo yishirekw ivyaha vya benshi, azoboneka ubga kabiri, atazanywe n’ivyaha, abonekere gukiza abamwiteze.


Ubgiwe yikoreye ivyaha vyacu mu mubiri wiwe, abambge ku giti, kugira ngo dupfuye ku vyaha tubeho ku kugororoka; inguma ziwe ni zo zabakijije.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ