Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 1:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 bene Aroni abaherezi bagereke ivyo bikenye n’umutwe n’ibinure ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 1:8
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko ni baduhe amamasa abiri; baheze bihitiremw’ iyo bagomba, bayibāge bayijanjagure mu bikenye vyayo, babigereke ku nkwi, ariko boye gushirak’ umuriro; nanje ndabāga iya kabiri, ndayigereke ku nkwi nyene, sinshirek’ umuriro.


Araheza akomānya inkwi, abāga ya masa, ayijanjagura mu bikenye vyayo, abigereka kur’ izo nkwi. Maz’ arababarira, ati Ni mwuzuze imibindi ine amazi, muyasuke ku kimazi co kwoswa no ku nkwi. Barabigira.


Hāri n’imambo zinegagiye ku nzu imbere impande zose; uburebure bgazo bgar’ itambge rimwe ry’intoke; kandi ku meza hār’ inyama zo guhēreza.


Ayijanjagure, ayishire mu bikenye vyayo, ashireko n’ umutwe wayo n’ibinure vyayo; umuherezi aheze abigereke ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro:


Maz’ ico kimazi ciwe c’ishimwe agikūrekw ishikanwa anshikanira ryo gutōngōrwa n’umuriro, ribe urubambanda rwōrōshe amara, n’ibinure vyose bihometse ku mara,


n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’ amafyigo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ