Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 1:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Bene Aroni abaherezi bashire umuriro kur’ ico gicaniro, bawurundekw inkwi:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 1:7
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bashika ahantu Imana yamubariye; Aburahamu ahubaka igicaniro, akinyuranyako za nkwi, aboha Isaka umwana wiwe, amurambika kur’ ico gicaniro hejuru y’inkwi.


Araheza akomānya inkwi, abāga ya masa, ayijanjagura mu bikenye vyayo, abigereka kur’ izo nkwi. Maz’ arababarira, ati Ni mwuzuze imibindi ine amazi, muyasuke ku kimazi co kwoswa no ku nkwi. Barabigira.


Maze Dawidi ahubakira Uhoraho igicaniro, ahosereza ibimazi, atanga n’ ibimazi vy’ishimwe, yambaza Uhoraho; Uhoraho amwishurisha kurekura umuriro, utibukira kur’ ico gicaniro yosherejekw ibimazi.


Samweli wa Elukana, Elukana wa Yerohamu, Yerohamu wa Eliyeli, Eliyeli wa Towa;


Nuko Salomo arangije gusenga, umuriro utibuka uvuye mw ijuru, utōngōra ibimazi vy’ ukwoswa n’ibindi bimazi; ubgiza bg’Uhoraho bguzura iyo ngoro.


kandi natunganije n’ivyo kuzana amashikanwa y’inkwi mu bihe vyashinzwe, bo n’ay’ imishuzo. Ndaheza ndasaba, nti Mana yanje, uz’ ubinzirikaneko, ubinyishure ivyiza.


Umuriro uvuye imbere y’Uhoraho uraheza uraza, utōngōrera ku gicaniro ca kimazi coshejwe bo na vya binure: abo bantu bose babibonye, basēsereza impundu, barūnama bashika hasi.


Icompa hakagira n’umwe muri mwebge yugara inzugi, ngo mureke gucanira ubusa ku gicaniro canje! Simbanezererwa na gatoya, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, kandi sinzokwemera ishikanwa munshikaniye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ