Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 1:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 agikūrekw agatorero kaco n’amoya yaco, abiterere hambavu y’igicaniro ahahera i burasirazuba, ku gikuburiro c’umunyota.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 1:16
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ ako kanya iryo jambo riba kuri Nebukadineza: yirukanwa mu bantu, asigara arisha nk’inka, umubiri wiwe utondwako n’urume ruva mu kirēre, gushitsa ah’ umushatsi wiwe wabereye ikigunda nk’amoya y’inkukuma, n’inzāra ziwe zihinduka nk’iz’ ibisīga.


Kand’ ivya ya masa y’ikimazi catangiwe ivyaha, n’ivya ya mpene y’ikimazi catangiwe ivyaha nyene, bimwe amaraso yavyo yinjijwe Ahēra kuba impongano, babiterure, babijane inyuma y’aho mushagaje, baturire insāto zavyo, n’inyama zavyo, n’amayezi yavyo;


ivy’ iyo masa vyose iyo biva bikagera, abijane inyuma y’aho mushagaje, ahantu hadahumanye, aho basēsa umunyota, abigereke ku nkwi, abiturire; ah’ umunyota usēswa abe ari ho bituririrwa.


cank’ akabona icazimiye, akakigunga, akakirahira ibinyoma; ni hagira ikintu na kimwe mur’ ivyo vyose umuntu azokora, agakora icaha ubgo buryo;


Umumarayika aramwishura, ati Mpwemu Yera azokuzako, ubushobozi bg’Īsumba vyose buzogutera igitūtu: ni co gituma uwera azovuka azokwitwa Umwana w’Imana.


mwatoranirijwe mu kweza kwa Mpwemu nk’ukw Imana Data wa twese yabamenye uhereye kera, kugira ngo mwumvire Imana, mucucagirwe amaraso ya Yesu Kristo. Ubuntu n’amahoro bigwire muri mwebge.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ