Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 1:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ayijanjagure, ayishire mu bikenye vyayo, ashireko n’ umutwe wayo n’ibinure vyayo; umuherezi aheze abigereke ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 1:12
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bene Aroni abaherezi bagereke ivyo bikenye n’umutwe n’ibinure ku nkwi ziri ku muriro kur’ ico gicaniro;


Maz’ ico kimazi ciwe c’ishimwe agikūrekw ishikanwa anshikanira ryo gutōngōrwa n’umuriro, ribe urubambanda rwōrōshe amara, n’ibinure vyose bihometse ku mara,


n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’ amafyigo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ