Abaheburayo 9:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 ni ryo kigereranyo c’igihe ca none, abakurikira ivyagezwe vyaryo bashikana amashikanwa bagatanga ibimazi, ariko ku ruhande rw’ijwi ryo mu mutima ntibishobora gutunganya ūsenga, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Iki ni ikigereranyo cerekana igihe c’ubu. Kuko amashikanwa n’ibimazi abaherezi bashikanira Imana, ntivyashobora gutunganya imitima y’abaje kuyisenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |