Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kandi hirya y’igihuzu ca kabiri gikinze, hār’ ihema ryitwa Ahēra Cane:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Hanyuma haca haza igitambara gikinze, inyuma yaco ni ho hari ihema ryitwa “Ahera h’Ahera”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 9:3
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Haruguru imbere mur’ iyo ngoro ahōmeka imbaho z’ amasederi kumara amatambge mirongwibiri, uhereye hasi ugashitsa ku myaro; aho hantu imbere haruguru arahakīngīra kugira ngo habe ahantu hiherereye, habe Ahēra Cane.


Maz’ abaherezi binjiza iyo sandugu y’isezerano ry’Uhoraho, bayishikana ahayo, haruguru mu ngoro, ari ho Hēra Cane, musi y’amababa y’abakerubi;


Igihuzu kihakingīra akijisha mu nyuzi z’amasufe n’iz’ amashigisha n’izisa n’agahama n’izera derere; akijishirakw ibishushanyo vy’abakerubi.


yinjiza iyo sandugu mw ihema, amanika ca gihuzu co gukingīra Ahēra cane, gikingīra iyo sandugu y’Ibishinga intahe, nk’uk’ Uhoraho yari yaramubariye.


Uheze ushiremwo ya sandugu y’ Ibishinga intahe, uyikingirize ca gihuzu.


Kur’ uyu musozi ni ho azoherengetereza icitwikiro c’ukugandara catwikiriye amoko yose, n’icitwikiro gitwikiriye amahanga yose.


Agera n’uburebure bgaho bg’ umurambararo, buba amatambge mirongwibiri, n’ubgaguke buba mirongwibiri nyene, aharābana n’ahēra h’urusengero: maz’ arambarira, at’ Aha n’Ahēra Cane.


Iyo hageze guhaguruka ngo mugende, Aroni yinjirane n’abana biwe, bamanure igihuzu gikingīra Ahēra cane, bagitwikirize isandugu y’Ibishinga intahe;


Igihuzu gikingiriye ahēra cane h’urusengero gitantamukamwo kubiri, uhereye hejuru ugashitsa hasi; isi iratigita; ibitandara birasaduka;


Ivyo vyizigiro tubifise nk’ikizirika umutima kigumye, gikomeye, cinjira hirya y’igihūzu gikīngiriye ahēra cane,


ariko mu rya kabiri hinjiramw’ umuherezi mukuru wenyene, rimwe gusa uk’ umwaka utashe, ariko ntiyinjiramwo atajanye amaraso yo kwitangirira no gutangirira ubuzimuzimu bg’abantu.


Mpwemu Yera amenyekanisha artyo yukw inzira ija ahēra cane itaribgerekanwe, ihema rya mbere rikiriho:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ