Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 9:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Kuko hār’ ihema ryiteguwe, mu ryo hino hārimw’ igiterekwakw amatara, n’ameza, n’imitsima y’ibiterekerwa yama kuri yo: iryo ryitwa Ahēra.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Hari ibibanza bibiri mw’ihema. Mu kibanza ca mbere harimwo igiterekwako amatara, imeza hamwe n’imikate yashikaniwe Imana. Ico kibanza citwa Ahera h’ahera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 9:2
21 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uz’ ubāze ameza mu giti citwa umushita: uburebure bgayo bg’umurambararo bube amatambge abiri y’ukuboko uciriye mu nkokora, ubgaguke bgayo bube itambge rimwe, uburebure bg’igihagararo bube itambge rimwe n’igihimba.


Uz’ utereke kur’ ayo meza imitsima y’ibiterekērwa, yame imbere yanje na ntaryo.


Kand’ uz’ ukore ico guterekakw amatara mw izahabu iramuye; ico gitereko cose, hamwe n’intebe yaco n’umutumba waco, kize kibe igicurano; ibikombe vyaco, bigizwe bga mapfundo apfundikiyekw amashurwe, bize bicurirwe kuri co, bibe kimwe na co.


Maz’ ihema ry’imbere uz’ urikore urtya: urikoreshe impuzu cumi; izo mpuzu zijishwe mu nyuzi zera derere nziza zihinzwe neza, no mu nyuzi z’amasufe no mu z’amashigisha no mu zisa n’agahama; zize zijishwekw ibishushanyo vy’abakerubi, bijishwe n’abahinga bavyo.


Kand’ ico gihuzu uz’ ukimanike ugitumbereje musi ya twa turinda, uze winjize ya sandugu y’Ibishinga intahe hirya yaco: ico gihuzu kize kibabere ico gutandukanya Ahēra n’Ahēra cane.


Kandi ya meza uz’ uyashire hino y’ico gihuzu, na ca giterekwakw amatara uz’ ugishire ku ruhande rw’i bumanuko mur’ iryo hema, aharābana n’ayo meza; ayo meza na yo uyaherereze mu ruhande rw’i burārūko.


Uku abe ari k’uzobagenza mu kubarobanura, ngo bankorere igikorwa c’ubuherezi. Wābīre imasa y’umukangara n’impfizi z’intama zibiri zitagira agasembga,


Ivyo abe ari vyo uzogirira Aroni n’abana biwe, nk’uko ndabikugeze vyose: uz’ umare imisi ndwi ukora ivyo kubinjiza mw ibango.


ati Ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere uz’ ushinge iryo hema, ari ryo hema ry’ibonaniro.


Maze winjizemwo ya meza, uyaterekekw ibintu vyayo, ubiroranye; winjize na ca gitereko c’amatara, ugishirekw amatara yaco;


ingene yinjiye mu nzu y’Imana, akarya imitsima y’ibiterekērwa, yar’ umuziro kuri we no ku bāri kumwe na we, ukūye abaherezi bonyene?


Nta bodomeka itara ngo baryubikekw igisimbo, ariko barishira ku gitereko caryo, ngo riboneshereze abari mu nzu bose.


Kandi ntiyashikanyweyo no kwitanga kenshi, nk’uk’ umuherezi mukuru yinjira ahēra cane uk’ umwaka utashe, ajanye amaraso atar’ ayiwe;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ