Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 8:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Iyo rya rindi rya mbere ritabakw agasembga, ntihari hakwiye kuronderwa irindi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Iyo isezerano rya mbere rija kuba ritagira amahinyu, nta sezerano rya kabiri ryo kurisubirira ryari rikenewe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 8:7
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Non’ iyaba gutunganywa rwose kwāzanywe n’ubuherezi bg’Abalewi — kuko ku ngoma yabgo ari ho ubgo bgoko bgāhawe ivyagezwe — n’iki catumye bigikwiye ko haboneka uwundi muherezi wo mu buryo bga Melekisedeki, atavugwa mu buryo bga Aroni?


Nuko rer’ icagezwe ca mbere cakūweho kubg’ inkomezi nke zaco n’ikimazi gike,


Mbeg’ ivyagezwe birwanya amasezerano y’Imana? Eka na mba! Iyo haba harih’ ivyagezwe vyashinzwe bishobora kubeshah’ abantu, n’ukuri ukugororoka kuba kwarazanywe n’ivyagezwe.


Ariko none, igikorwa yahawe kirusha icabo kuba ciza, nk’ukw ar’ umuhūza w’isezerano riruta iryabo, kuko ryashizweho n’ivyasezeranywe biruta ivy’ iryabo.


Kandi si mwebge mwenyene nsezeranishiriza iri sezerano n’iyi ndahiro;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ