Abaheburayo 7:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi twoshobora kuvuga yuko Lewi, umwe ahabga ikigiracumi, na we yari yaragitanze muri Aburahamu, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Dushobora kuvuga ko aba Balewi bakira ica cumi, bagihaye Melekisedeki biciye muri sekuruza Aburahamu igihe yakimuha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |