Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 7:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ariko nta wohakana k’uworoshe adahezagirwa n’ūmurengeye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Nta gukekeranya kuriho ko uwutanga umuhezagiro aba aruta uwuhabwa umuhezagiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 7:7
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abo bose ni bo miryango y’ Abisirayeli, ukw ar’icumi n’ibiri: ivyo ni vyo se yababgiye, abahezagira, umuntu wese amuhezagira umuhezagiro ukwiranye na we.


Dawidi na we asubira i we ngw ahezagire abo mu rugo rwiwe. Maze Mikali umukobga wa Sauli asohoka gusanganira Dawidi, aramubarira, at’ Ereg’ uyu musi umwami w’Abisirayeli yar’ agahore! Urabona ukuntu wikijije impuzu imbere y’ubukobga bushumbiye abantu bawe, nk’umuntu yabaye vyenywe azīkiza ata dusoni!


Arahagarara, asabira ikoraniro ryose ry’Abisirayeli umugisha, avuga n’ijwi rirenga,


Maz’ abaherezi, ari bo Balewi, barahaguruka, bahezagira abantu; ijwi ryabo ryumvikana ku Mana, ugusenga kwabo gushika ahēra hayo ah’ iba, ari ho mw ijuru.


Ubuntu bg’Umwami wacu Yesu Kristo, n’urukundo rw’Imana, n’ubumwe buva kuri Mpwemu Yera, bibane namwe mwese.


Tega ugutwi, wa juru we, nanje mvuge; Isi na yo ni yumve amajambo ava mu kanwa kanje.


Nta wuhakana yukw ibanga ryo kwubaha Imana ridahambaye cane, n’iri: umwe yerekanywe afise umubiri, akaboneka kw ar’ umugororotsi mu mpwemu, akabonwa n’abamarayika, akamenyekanishwa mu banyamahanga, akizererwa mw isi, akadūzwa agahabga ubgiza.


Ariko wa wundi adaharūrwa mu muryango wabo yatangishije Aburahamu ikigiracumi, kand’ ahezagira nyene gusezeranywa.


Kandi muri twebge, abantu bapfa ni bo bahabga ikigiracumi, ariko muri ya majambo yandi cahawe ūshingirwa intahe kw ariho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ