Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 7:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kandi mu bana ba Lewi, ivyagezwe bigera yukw abahawe ubuherezi batangisha abantu ikigiracumi, ni bo bene wabo, nah’ abo bandurutse mu rura rwa Aburahamu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ivyagezwe vya Mose vyategeka abaherezi bo mu muryango wa Lewi kwaka ubwoko bw’Abisirayeli ica cumi ku vyo bafise, abo na bo bari abavukanyi babo, kandi na bo bari uruvyaro rwa Aburahamu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 7:5
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana iramubarira, iti Ni jewe Mana Ishobora vyose; urondoke, ugwire; ihanga rizogukomōkako, mbere n’igugu ry’amahanga, n’abami bazokomōka mu rura rwawe;


Abantu bose bajanye na Yakobo muri Egiputa, bakomōtse kuri we, udashizemw’ abakazana biwe, bose na bose bari mirongwitandatu na batandatu.


at’ Ariko wewe ntuzokwubaka iyo ngoro, izokwubaka umwana wawe uzokwikūrira mu nda; uwo ni we azokwubakira izina ryanje ingoro.


Hanyuma nsanga yukw Abalewi batakironka imituri bāgerewe, ivyo vyatumye Abalewi n’ abaririmvyi, abākora ibikorwa vy’ ingoro y’Imana, babita, umuntu wese agasubira mw itongo ryiwe.


Abantu bose bāndurutse mu rura rwa Yakobo bari mirongwirindwi, hakora Yosefu yar’ asanzwe ari muri Egiputa.


Kand’ uze wīgize hafi yawe Aroni mukurwawe n’abana biwe, ubarobanure mu Bisirayeli, kugira ngo bankorere igikorwa c’ubuherezi: Aroni nyene, na Nadabu na Abihu, na Eleyazari na Itamari, abana biwe.


Kandi nawe hamwe n’abana bawe muze mwitondere ivy’ubuherezi bganyu ku vy’igicaniro vyose no ku bir’ imbere ya ca gihuzu gikingīra Ahēra cane; ivyo abe ari vyo muzokora; mbahaye igikorwa c’ubuherezi bga ngabire: arik’ uwundi wese atar’ uwo muri mwebge yovyēgēra akavyitamwo, aze yicwe.


Ni mwamara gukūra ikigiracumi ku vyo mwejeje vyose mu mwaka ugira gatatu, ari wo mwaka wo gutangamw’ ibigiracumi nyene, muze mubihe Abalewi n’inyambukīra n’impfuvyi n’abapfakazi, babirīre i wanyu, bahāge;


Nta muntu yiha ico cubahiro, shit’ ahamagawe n’Imana, nk’uko Aroni yahamagawe.


kuko yar’ akiri mu rura rwa sekuruza, hamwe Melekisedeki yamusanganira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ