Abaheburayo 7:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Nta se, nta nyina, nta karonda, nta tanguriro ry’imisi cank’ iherezo ry’ubugingo, arikw agereranywa n’Umwana w’Imana, kandi na ntaryo ahora ar’ umuherezi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nta ho tubona ko yari afise se canke nyina, canke ba sekuruza. Nta ho tubona ko yavutse canke yapfuye. Asa n’Umwana w’Imana kuko yama ari umuherezi ibihe vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |