Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 7:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 kuko yar’ akiri mu rura rwa sekuruza, hamwe Melekisedeki yamusanganira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Kuko naho Lewi atari bwavuke, yari akiri mu nda kwa Aburahamu igihe Melekisedeki yakira ica cumi ahawe na Aburahamu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 7:10
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi mu bana ba Lewi, ivyagezwe bigera yukw abahawe ubuherezi batangisha abantu ikigiracumi, ni bo bene wabo, nah’ abo bandurutse mu rura rwa Aburahamu.


Abantu bose bajanye na Yakobo muri Egiputa, bakomōtse kuri we, udashizemw’ abakazana biwe, bose na bose bari mirongwitandatu na batandatu.


Imana iramubarira, iti Ni jewe Mana Ishobora vyose; urondoke, ugwire; ihanga rizogukomōkako, mbere n’igugu ry’amahanga, n’abami bazokomōka mu rura rwawe;


at’ Ariko wewe ntuzokwubaka iyo ngoro, izokwubaka umwana wawe uzokwikūrira mu nda; uwo ni we azokwubakira izina ryanje ingoro.


Nk’uko yavuze ahandi, it’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira, Mu buryo bga Melekisedeki.


Kandi twoshobora kuvuga yuko Lewi, umwe ahabga ikigiracumi, na we yari yaragitanze muri Aburahamu,


Non’ iyaba gutunganywa rwose kwāzanywe n’ubuherezi bg’Abalewi — kuko ku ngoma yabgo ari ho ubgo bgoko bgāhawe ivyagezwe — n’iki catumye bigikwiye ko haboneka uwundi muherezi wo mu buryo bga Melekisedeki, atavugwa mu buryo bga Aroni?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ