Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 5:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Nk’uko yavuze ahandi, it’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira, Mu buryo bga Melekisedeki.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ahandi Imana yamubwiye iti: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira, mu buryo bwa Melekisedeki.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 5:6
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho ararahiye, ntazokwicuza, At’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira Mu buryo bga Melekisedeki.


Imana imaze kumwita umuherezi mukuru mu buryo bga Melekisedeki.


aho Yesu yatwinjiriye, atwitangiye imbere, amaze guhinduka umuherezi mukuru w’ibihe bidashira mu buryo bga Melekisedeki.


Non’ iyaba gutunganywa rwose kwāzanywe n’ubuherezi bg’Abalewi — kuko ku ngoma yabgo ari ho ubgo bgoko bgāhawe ivyagezwe — n’iki catumye bigikwiye ko haboneka uwundi muherezi wo mu buryo bga Melekisedeki, atavugwa mu buryo bga Aroni?


Ivyo birushiriza guseruka rwose, ko haboneka uwundi muherezi, ahwanye na Melekisedeki,


Kukw ashingirwa intahe, ng’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira, Mu buryo bga Melekisedeki.


Abalewi bo bāhawe ubuherezi ata ndahiro; arikw iyabuhaye uyo yararahiye, imubgiye, it’ Uhoraho ararahiye, ntazokwicuza, At’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira.


Nta se, nta nyina, nta karonda, nta tanguriro ry’imisi cank’ iherezo ry’ubugingo, arikw agereranywa n’Umwana w’Imana, kandi na ntaryo ahora ar’ umuherezi.


Kandi muri twebge, abantu bapfa ni bo bahabga ikigiracumi, ariko muri ya majambo yandi cahawe ūshingirwa intahe kw ariho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ