Abaheburayo 5:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ni ko biri, na Kristo si we yihaye ico cubahiro co kuba umuherezi mukuru, ariko yagihawe n’iyamubariye, it’ Ur’ Ubura bganje, Uyu musi ndakuvyaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Na Kristo na we ntiyihaye ico cubahiro co kuba Umuherezi Mukuru. Yagihawe n’Imana aho yavuga iti: “Uri Umwana wanje, uwu musi ndakuvyaye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |