Abaheburayo 5:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ni co gituma akwiye no kwitangira ibimazi vy’ivyiwe vyaha, nk’ukw abitangira abandi bantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kandi ko na we ari umunyantege nke, ategerezwa gutanga ibimazi vy’ivyaha, atari ivy’abandi gusa, ariko n’ivyiwe na vyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |