Abaheburayo 4:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kukw iyaba Yosuwa yarabaruhuye, ntiba yaravuze ubga nyuma ivy’ uwundi musi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Kuko iyo Yosuwa aja kuba yarabashikanye aho kuruhukira Imana yari yarasezeranye, Imana ntiyari gusubira kuvuga ku vyerekeye uwundi musi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |