Abaheburayo 4:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Nuko rero, kuko bukibīkiwe bamwe ngo babushikemwo, arikw abābanje kubgirwa ubutumwa bgiza bābujijwe kubushikamwo no kutumvira Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Aho kuruhukira Imana yateguye haracariho ngo abantu bahinjire, ariko ababwiwe ubu butumwa bwiza ubwa mbere ntibashoboye kuhinjira kuko bagararije Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |