Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 4:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kuko har’ aho yavuze ku vy’ umusi w’indwi nk’ibi, it’ Imana yaruhutse ku musi ugira indwi ibikorwa vyayo vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Kuko hari ahantu yavuze ku vyerekeye umusi w’indwi iti: “Nuko ku musi ugira indwi Imana iraruhuka ibikorwa vyayo vyose.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 4:4
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kukw imisi itandatu ari yo jewe Uhoraho naremyemw’ ijuru n’isi n’ikiyaga n’ ibiri muri vyo vyose, nkaruhuka ku musi ugira indwi: ni co catumye jewe Uhoraho mpezagira umusi w’isabato, nkaweza.


N’ikimenyetso hagati yanje n’Abisirayeli kugeza ibihe vyose: kuko mu misi itandatu ari yo jewe Uhoraho naremeyemw’ ijuru n’isi, ku musi ugira indwi nkarangiza, nkaruhūka.


arik’ umusi ugira indwi ni wo sabato yanje, jewe Uhoraho Imana yawe. Ntukagire igikorwa na kimwe ukora kuri wo, wewe ubgawe, cank’ umuhungu wawe, cank’ umukobga wawe, cank’ umugurano wawe, cank’ umuguranokazi wawe, cank’ inka yawe, cank’ indogoba yawe, cank’ ibitungano vyawe ivy’ ari vyo vyose, cank’ uw’ inyambukīra aba i wawe; kugira ng’ umugurano wawe n’umuguranokazi wawe babone kuruhūka nkawe.


Ariko har’ ah’ umuntu yashinze intahe, at’ Umuntu n’iki ah’ umwibuka, Cank’ umwana w’umuntu ah’ umugendera?


Kuk’ ūshitse mu buruhukiro bgayo, na we aba aruhutse ibikorwa vyiwe, nk’ukw Imana yaruhutse ivyayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ