Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kuk’ urugo rwose rugira ūrwubaka, arikw Imana ni yo yubatse ibintu vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Inzu yose irafise uwayubatse, ariko Imana ni yo yubatse vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 3:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Esiteri nta ho yigeze aserura ubgoko bgabo ubg’ ari bgo, cank’ umuryango wabo: kuko Moridekayi yari yaramwihanije kutabivuga.


Nuko mwami, ni wavyemera, hoshingwa iteka, bakaryandika ngo barandurwe; nanje nzotanga italanto z’ifeza ibihumbi cumi, ndazihe abajejwe itunga ryawe, bazishire mu bubīko bgawe, mwami.


mur’ iyi misi y’iherezo yabaririye twebge mu kanwa k’Umwana wayo, uwo yashiriyeho kuba samuragwa wa vyose, ni we yahaye kurema isi.


Kuk’ uyo yiyumviriwe kw akwiye guhabga icubahiro kiruta ica Mose, nk’ukw ishimwe ry’uwubatse urugo riruta iry’ urugo.


Kandi Mose yayoboka mu rugo rwayo hose nk’umushumba, kugira ngw abe icabona co gushingira intahe ibizovugwa hanyuma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ