Abaheburayo 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Wamucishije bugufi, aba musi y’abamarayika gato. Wamwambitse ubgiza n’icubahiro nk’igitsibo, Wamuhaye kugaba ibikorwa vy’amaboko yawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Habuze gato ngo umunganye n’abamarayika; kandi wamwambitse ubwiza n’icubahiro, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |