Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 2:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Kuko tuzi neza kw abamarayika atari bo yatoye, ariko yatoye uruvyaro rwa Aburahamu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Ikindi tuzi n’uko Umwana w’Imana ataje gufasha abamarayika; ahubwo yaje gufasha uruvyaro rwa Aburahamu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 2:16
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kandi mu ruvyaro rwawe ni ho amahanga yose yo mw isi azohērwa umugisha, kuko wanyumviye.


Kuko gukebga kugira ico kukumarira, iyo witondeye ivyagezwe: arikw iy’ ucumuye ku vyagezwe, ugukebga kwawe kuba gucitse ukudakebga.


Nuko Aburahamu ni we yasezeraniwe amasezerano, bo n’uruvyaro rwiwe. Ntiyavuze, it’ Imvyaro; nk’ūvuga benshi: yamara yavuze nk’ūvuga umwe, iti N’uruvyaro rwawe; ni rwo Kristo.


Ko mur’ aba Kristo, mur’ uruvyaro rwa Aburahamu, mur’ abaragwa nk’uko vyasezeranywe.


Kuko ba bandi bādukāngīra imisi mike nk’uko bāgomba, ariko we adukāngīrira ikigira ikimazi, kugira ngo dusangire na we ukwera kwiwe.


kandi ngw arokore abājakariye ubgoba bg’urupfu bose, imisi yose y’ukubaho kwabo.


Ni co catumye vyaramubereye gushushanywa na bene Se kuri vyose, ngw abe umuherezi mukuru wo mu vy’Imana, w’imbabazi kand’ agororoka, abe impongano y’ivyaha vy’abantu.


Kukw abantu bagira indahiro ūbaruta, no mu mpāri zabo zose indahiro irengeje ikaba ari yo iziheraheza.


Uwo yamenywe n’Imana kera, itanguriro ry’isi ritarashirwaho, ariko yerekanywe kw iherezo ry’ibihe kubganyu,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ