Abaheburayo 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ukwizera ni kwo kwatumye aba inyambukīra mu gihugu yasezeraniwe, nk’ikitar’ iciwe, akabana mu mahema na Isaka na Yakobo, abāraganywe na we ivyo vyasezeranywe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ashitse muri ico gihugu Imana yamusezeraniye, yahabaye mu kwizera, kuko yari nk’umunyamahanga. Yaba mu mahema, kandi na Isaka na Yakobo, abaragwa b’iryo sezerano, na bo vyabagendeye uko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |