Abaheburayo 11:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ukwizera n’ukumenya rwose ivyizigirwa, udakekeranya ngo ntibizoba, kand’ ibitabonwa ni kwo kubitumenyesha kw ar’ ivy’ ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ukwizera ni ukudakekeranya ku vyo wizigiye; ni ukutagira amazinda ku vyo utabonesha amaso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |