Abaheburayo 10:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 aherakw aravuga, at’ Ehe nzanywe no gukora ivy’ ugomba. Akūrah’ ivya mbere ngw ashinge ivya kabiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ni ho yavuga ati: “Ehe, nje gukora ivyo ugomba.” Vyumvikana ko yakuyeho isezerano rya mbere, akarisubiriza irya kabiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |