Abaheburayo 1:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Wakunze ukugororoka, wanka ubugarariji, Ni co catumye Imana, ni yo Mana yawe, ikurobanuza amavuta y’umunezero, ikakurutisha bagenzi bawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Wakunze ubugororotsi, wanka ikibi; ni co gituma Imana, ari yo Mana yawe, yagutoranije, ikagusiga amavuta y’umunezero, ikakurutisha bagenzawe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |