Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 1:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ni nde wo mu bamarayika yigeze kubarira, it’ Ur’ Ubura bganje, Uyu musi ndakuvyaye? Kandi iti Nzoba Se, Na we azoba Umwana wanje?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ni nde mu bamarayika Imana yigeze ivugako iti: “Uri Umwana wanje; uwu musi ndakuvyaye”? Canke iti: “Nzomubera Se, na we azombera Umwana”?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 1:5
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ut’ Azomubera se, na we amubere umwana; uti Na ho ni yacumura, azomuhanisha inkoni nk’iyo abantu bahanisha, amuhe imiramu nk’iy’ abana b’abantu;


Ut’ Azomubera se, na we amubere umwana; ut’ Ariko ntazomukūrakw imbabazi ziwe nk’uko yazikūye ku wagutanguriye;


Riti Ni we azokwubakira izina ryanje ingoro; riti Kand’ azoba umwana wanje, nanje nzoba se; riti Kandi nzohamangira intebe yiwe mu Bgisirayeli ibihe vyose.


Yarambariye, ati Salomo umuhungu wawe ni we azonyubakira ingoro n’urugo rwanje, ati Kuko namutoranije ngw abe umwana wanje, nanje mbe Se.


Ndavuga rya jambo rishinzwe: Uhoraho yarambgiye, at’ Ur’ Ubura bganje, Uyu musi ndakuvyaye.


yukw Imana yabishikije kuri twebge abana babo, hamwe yazura Yesu. Kandi ni ko vyanditswe muri Zaburi ya kabiri, ng’ Ur’ Ubura bganje, uyu musi ndakuvyaye.


Ni ko biri, na Kristo si we yihaye ico cubahiro co kuba umuherezi mukuru, ariko yagihawe n’iyamubariye, it’ Ur’ Ubura bganje, Uyu musi ndakuvyaye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ