2 Samweli 9:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Dawidi aramubarira, ati Mpore nta co utinya, kuko ntazobura kukugirira neza kubga so Yonatani, kandi nzogusubiza amatongo yose ya sogokuru Sauli, kand’ uzohora urīra ku meza yanje na ntaryo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |