Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 9:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Maz’ umwami Dawidi aratuma, baramuzana bamukūye kwa Makiri mwene Amiyeli i Lo‐debari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 9:5
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

yibonera abuzukuru ba Efurayimu; n’abana ba Makiri mwene Manase abahindura abana biwe.


Umwami aramubaza, at’ Aba hehe? Ziba yishura umwami, at’ Aba kwa Makiri mwene Amiyeli i Lo‐debari.


Nuko Mefibosheti mwene Yonatani umwuzukuru wa Sauli arenguka imbere ya Dawidi; akubita inkoro hasi, aramwunamira. Maze Dawidi aravuga, ati Mefibosheti! Aritaba, ati Sabge!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ