4 Umwami aramubaza, at’ Aba hehe? Ziba yishura umwami, at’ Aba kwa Makiri mwene Amiyeli i Lo‐debari.
yibonera abuzukuru ba Efurayimu; n’abana ba Makiri mwene Manase abahindura abana biwe.
Maz’ umwami Dawidi aratuma, baramuzana bamukūye kwa Makiri mwene Amiyeli i Lo‐debari.
yemwe abahimbarwa n’ikintu kitagira ikimazi, mukavuga, ngo Mbeg’ inkomezi zacu si zo zāduhaye ububasha?