7 Kandi Dawidi yari yaranyaze abantu ba Hadadezeri inkinzo z’izahabu bari bafise, azijana i Yerusalemu.
Araheza akwiragiza amaboma mu gihugu c’i Siriya gikūkira i Damasiko; nukw Abasiriya baba abatwarwa ba Dawidi, bakāma bamuzanira amarari. Nuk’ Uhoraho yahora aha Dawidi intsinzi aho yaja hose.
Kand’ umwami Dawidi yari yarasahuye imiringa myinshi cane mu bisagara vya Hadadezeri, ic’ i Beta n’ic’ i Berotayi.
Uwo muherezi aha abo bagabisha amacumu n’inkinzo vyar’ ivy’ umwami Dawidi, bikabīkwa mu ngoro y’Uhoraho.
Kandi Dawidi yari yaranyaze abantu ba Hadadezeri inkinzo z’izahabu bari bafise, azijana i Yerusalemu.