Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 8:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Maz’ Abasiriya b’i Damasiko baje gutabara Hadadezeri umwami w’i Zoba, Dawidi abicamw’ ingabo ibihumbi mirongwibiri na bibiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 8:5
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Abamoni babonye ko bateye Dawidi akayigo, batuma ku Basiriya b’i Beti‐rehobu n’ab’i Zoba, babaha impēra ngo babahe ingabo ibihumbi mirongwibiri, bahēra n’umwami w’i Mayaka, azana ingabo igihumbi, n’iz’ i Tobu ibihumbi cumi na bibiri.


Bukeye Dawidi anesha n’ umwami w’i Zoba, Hadadezeri mwene Rehobu, igihe Hadadezeri yaja gusubira kugandura igihugu yaganza co ku ruzi Efurate.


Imana ntizokūrah’ uburake bgayo: Ingabo za Bgibone zubama musi yayo.


Yamara rero Abanyegiputa s’Imana, n’abantu buntu; n’amafarasi yabo s’impwemu, n’ ay’ umubiri gusa: maz’ Uhoraho ni yabāngura ukuboko kwiwe, ūtabaye azotsitara, kandi n’ūtabawe azotemba, bose bahindikirane hamwe.


Kukw iremezo ry’i Siriya ari Damasiko, kand’ iremezo ry’i Damasiko ari Rezini; kand’ imyaka mirongwitandatu n’itanu itarashira Abefurayimu bazovungwavungwa, ntibabe bakiba ihanga;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ