Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 8:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Nuko Dawidi yironkera izina rya rurangiranwa. Maz’ atabarutse avuye kunesha Abasiriya, atsinda Abanyedomu ibihumbi cumi n’umunani mu Kiyaya c’ Umunyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 8:13
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Baravuga, bati Ngo twiyubakire igisagara, n’umunara uz’ ushikīre ijuru, kugira ngo twironkere izina rya rurangiranwa, twoye gusābagira mw isi yose.


uti Kandi yagendana nawe aho waja hose, ut’ Arandura abansi bawe bose imbere yawe; uti Kand’ azoguha izina rya rurangiranwa, nk’ukw abandi bahambaye bo mw isi bayafise.


Igihe Dawidi yatera Edomu, Yowabu umugabisha w’ingabo ziwe yadūze guhambisha abāguye mu ntambara, araheza ageseza izinamuhungu wese wo muri Edomu;


Kandi yishe mu Banyedomu abantu ibihumbi cumi, abatsinze mu Kiyaya c’Umunyu; atera n’i Sela, arahatsinda, ahahindura izina ahita i Yokiteli na bugingo n’ubu.


Kandi Abishayi umwana wa Seruwiya atsinda Abanyedomu ibihumbi cumi n’umunani mu Kiyaya c’Umunyu.


Maze Amaziya agumya umutima, ajana ingabo ziwe baja mu Kiyaya c’Umunyu, bica mu Baseyiri abantu ibihumbi cumi.


Mana, uradutaye, uradusambuye: Wararatse; n’udusubizemw’ intege.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ