Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 8:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 i Siriya n’i Mowabu no mu Bamoni no mu Bafilisitiya no mu Bamaleki, bo na ya masahu yari yarasahuye umwami w’i Zoba, Hadadezeri mwene Rehobu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 8:12
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yowabu aramubarira, at’ Abasiriya ni baramuka bagomba kunnanira, uraza untabare; kandi nawe Abamoni ni baramuka bagomba kukunanira, nanje ndaza kugutabara.


Maz’ Abamoni babonye Abasiriya bahunze, na bo bahunga Abishayi, bīsuka mu gisagara. Nuko Yowabu araheza areka Abamoni, asubira i Yerusalemu.


Maz’ anesha Abanyamowabu, abarambika hasi mu mirongo, abageresha umugozi: agera imirongo ibiri, iba iyo kwicwa, uwa gatatu wose uba uwo guhangazwa. Nukw Abanyamowabu baca baba abatwarwa ba Dawidi, bakāma bamuzanira amarari.


Na vyo nyene umwami Dawidi avyegurira Uhoraho, hamwe n’amafeza n’amazahabu, ayo yagiye asahura mu mahanga yose, mu Banyedomu no mu Banyamowabu no mu Bamoni no mu Bafilisitiya no mu Bamaleki.


Afata mpiri umwami wabo Agagi, aranduza abantu bose inkota.


Bukeye Dawidi n’ingabo ziwe baradūga, batera Abageshuri n’ Abagiruzi n’Abamaleki; abo ni bo bār’ inyamo z’ico gihugu uhereye kera, kurinda ushika i Shura n’ igihugu ca Egiputa.


Dawidi aca ashirakw arabica, uhereye bugihwībīra ugashitsa ku mugoroba wa bukeye; ntiharokoka n’umwe, atar’ abahungu b’imisore amajana ane, bāsimbiye ku ngamiya bagahunga.


Dawidi anyaga intama n’inka zose, bazishorera imbere y’izabo, baravuga, bat’ Uyu ni wo munyago wa Dawidi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ